Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Galatiya 1:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Ico bari barumvise kuri jewe, ni inkuru yavuga ngo: “Wa muntu yahora aduhama ubu asigaye yigisha ukwizera yigeze kugerageza kuzimanganya.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 ariko bumva gusa abamvuga, bat’ Umwe yahora aduhīga mbere, ubu asigaye yamamaza ivyizerwa yatikiza kera;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Galatiya 1:23
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Abayuda bamwe bigenera kugenda hirya no hino, bagerageza kwirukana impwemu mbi ngo zive mu bantu bakoresheje izina ry’Umwami Yesu. Bavuga bati: “Mw’izina rya Yesu, umwe Pawulo yigisha, ndagutegetse muvemwo!”


Nuko ijambo ry’Imana ribandanya kwamamara, igitigiri c’abigishwa i Yerusalemu kiragwira cane, kandi n’abaherezi benshi b’Abayuda barizera.


Ananiya arishura ati: “Mwami, narumvise benshi bavuga ivy’uwo muntu n’amabi yakoreye abera bawe i Yerusalemu.


Maze atangura kwigisha mu masinagogi ko Yesu ari Umwana w’Imana.


Abamwumva bose baratangara, bakabazanya bati: “Mbega uwu mugabo si umwe yahora atikiza abasenga izina rya Yesu i Yerusalemu? Mbega ntiyari yazanywe ino no gufata abizera kugira ngo abatware nk’imbohe ku bakuru b’abaherezi?”


Ashitse i Yerusalemu, agomba kwifatanya n’abandi bigishwa, ariko bose baramutinya, kuko batizera ko yahindutse umwigishwa vy’ukuri.


None rero, uko akaryo kose kabonetse, tugirire neza bose, na canecane abo mu nzu y’abizera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ