Galatiya 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Hanyuma, haheze imyaka itatu, ni ho naduga i Yerusalemu kugira ngo tumenyane na Kefa, tumarana imisi cumi n’itanu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Maz’ imyaka itatu ishize ndūga i Yerusalemu kwibonanira na Kefa, mmara i we imisi cumi n’itanu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |