Galatiya 1:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 kumpishurira Umwana wayo kugira ngo nanje ndamumenyekanishe mu Banyamahanga; kandi ivyo bibaye, sinagishije inama umuntu n’umwe, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 guhishurira umutima wanje Umwana wayo, ngo mvuge ubutumwa bgiwe bgiza mu banyamahanga, ako kanya sinagishije inama abafise inyama n’amaraso, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |