Galatiya 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Sinabuhawe n’umuntu n’umwe, kandi si ubwo nigishijwe. Ariko, naburonse ndabuhishuriwe na Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 kuko nanje ntābuhawe n’umuntu, kandi sinabgigishijwe, ariko ni Yesu Kristo yabumpishuriye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |