Galatiya 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Jewe ubu noba nkirondera kwemerwa n’abantu, aho kurondera kwemerwa n’Imana? Canke ubu noba nkirondera kunezereza abantu? Iyo mba nkirondera kunezereza abantu, simba ndi umukozi wa Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Mbeg’ ubu n’ishimwe ry’abantu ngomba, canke n’iry’ Imana? Canke se ndondera kunezereza abantu? Iyo mba nkinezereza abantu, simba nd’umugurano wa Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |