Filipi 3:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 ku vyerekeye ishaka, nahama ishengero, kandi ku vyerekeye ukugororoka kuzanwa n’ivyagezwe, nta mugayo wambonekako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 ku vy’ ishaka nahama ishengero; ku vy’ ukugororoka kuzanwa n’ivyagezwe nta wobonye ic’ angaya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |