Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Filipi 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 N’aho nari mfise imvo zo kwiyizigira kandi nimba hari n’abandi bibaza ko bafise imvo zotuma bishimira ivy’umubiri, jewe mfise nyinshi kubarusha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 naho jewe nokwishimiye ivy’ umubiri. Hogira uwundi wese yokwiyumvira kwishimira ivy’ umubiri, nomurusha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Filipi 3:4
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko rero mwiyubare ku vyo mwumva. Uwufise vyinshi azokwongererezwa, uwufise bike na we azokwakwa n’ivyo yibaza ko afise.”


Ni co gituma uhereye ubu ata we tuciyumvirako twisunze ubwenge bw’abantu. Naho kera Kristo twamwiyumvira twisunze ubwenge bw’abantu, ubu si ko bikiri.


Twebwe twavutse turi Abayuda, ntituri Abanyamahanga b’abanyavyaha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ