Filipi 3:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Azofata umubiri wacu w’intege nke kandi upfa, awuhindure umubiri w’ubwiza usa n’uwiwe, muri bwa bushobozi afise bumushoboza gushira vyose musi y’inganji yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 azohindura imibiri y’ubufafara bgacu, ishushanywe n’umubiri w’ubgiza bgiwe, nk’ukw afise ubushobozi bumubashisha kwigandurira vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |