Filipi 3:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ndabandanya kugira ngo nshike ku mpera y’umuhamagaro, hanyuma ndonke impera yo mw’ijuru, iyo Imana yaduhamagariye muri Kristo Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 mbandaniriza gushika aho dutanguranirwa, ku mpēra y’umuhamagaro w’Imana muri Kristo Yesu wo kuja mw ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |