Filipi 2:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 kuko yahatswe gupfa azira igikorwa ca Kristo akongera agahakwa gupfa ariko ankorera ibikorwa mutari gushobora kunkorera muri hiyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 kuko yagarukiye hafi yo gupfa kubg’ igikorwa ca Kristo, yahevye amagara yiwe, ngw ashikane ivyasigaye vyo kumfasha kwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |