Filipi 2:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Ni co gituma nezerewe cane no kumubarungikira, kugira ngo nimwamubona muze munezerwe, nanje nsubize umutima mu nda ku bwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Ni co gitumye ngira umwete wo kumurungika, kugira ngo ni mwongera kumubona muze munezerwe, nanje ngabanuke umubabaro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |