Filipi 2:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ariko murazi ko Timoteyo yerekanye ubwizigirwa bwiwe, kuko yakoranye nanje mu kuvuga Ubutumwa Bwiza, nk’uko umwana akorana n’umuvyeyi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ariko murazi ingen’ uwo yagejejwe akarama, kandi yuko, nk’uk’ umwana amereranira na se, ari ko yakoranye nanje igikorwa co gukwiza ubutumwa bgiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |