Filipi 2:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Kandi naho ndi hafi gutanga ubuzima bwanje ngo busukwe nk’ishikanwa ry’ikinyobwa ku kimazi, ari vyo bikorwa biva mu kwizera kwanyu, ndabinezererewe kandi nezeranywe namwe mwese. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Arikw asangwa nkwiye gusukwa ku kimazi c’ukwizera kwanyu no kw ibango ryakwo, ndanezerwa, nnezeranwa namwe mwese: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |