Filipi 1:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Kuko mutagiriwe ubuntu bwo kwizera Kristo gusa, ahubwo mwahawe n’ubwo gushobora kubabazwa ku bwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Kukw ico mwagabiwe kubga Kristo, atar’ ukumwizera gusa, ariko mwagabiwe no kubabazwa kubgiwe; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |