Filipi 1:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Kandi kubera ivyo ndazi ntakekeranya ko nzokomeza kubaho, kugira ngo nkomeze kubafasha gukura no kwumva umunezero uva mu kwizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Kandi ko nizigiye ivyo, ndazi neza yuko nzogumaho, nkabana namwe mwese, kugira ngo muje imbere, munezererwe ukwizera; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |