Filemoni 1:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ndagusengera kugira ngo ukwizera dusangiye kwame ivyamwa, maze ubone gutahura ivyiza vyose dufise muri Kristo Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 kugira ng’ ugufataniriza mu kwizera kwawe gushobore vyinshi kubga Kristo, mu kumenyekanisha ivyiza vyose vyo muri twebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |