Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 9:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Imana ni yo yatanze isezerano iravuga iti: “Umwaka ugeze aha uwu ugeze, nzogaruka kandi Sara azoba afise umwana w’umuhungu.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kukw ijambo ry’isezerano ar’ iri, ngw Ikindi gihe nk’iki nzoza, Sara yavyaye umuhungu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 9:9
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

None rero n’ubu ndabahanure: Nimurekure aba bantu bigire! Kuko nimba ivyo bariko barakora vyavuye ku bantu, Nta ho bizoshika.


Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu atanga Isaka nk’ikimazi igihe Imana yariko iramugeza. Aburahamu, uwari yarakiriye amasezerano y’Imana, yari yiteguye gutanga Isaka, umwana wiwe w’ikinege nk’ikimazi,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ