Abaroma 9:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ba sekuruza babo ni Abaheburayo ba rurangiranwa; mu buryo bw’umubiri, Yesu Kristo ubwiwe akomoka muri ubwo bwoko kandi uwo ni we Mana iri hejuru ya vyose, akwiye gushimwa ibihe vyose. Amen. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 bafise ba sogokuruza ba bandi, kandi ku mubiri Kristo yamutse kuri bo, ni we ari hejuru ya vyose, ni we Mana ikwiye gushimwa ibihe bidashira. Amen. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |