Abaroma 9:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 ku bwa benewacu b’Abayuda. Nopfuma mba ikivume ngatandukana na Kristo, nimba ivyo vyotuma abo mu bwoko bwanje bakizwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Iyaba vyashoboka, noshimye kuvumwa no kuba igicibga kuri Kristo kubga bene wacu, abo tuvukana ku mubiri, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |