Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 9:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 umutima wanje wuzuye intuntu n’umubabaro udahera

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 yuko mfise intuntu nyinshi n’umubabaro udahengeshanya mu mutima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 9:2
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bene Data, ico umutima wanje wipfuza cane kandi nsaba Imana, ni uko Abisirayeli bokizwa.


Mvuga ukuri nk’uwa Kristo simbesha; ijwi ryo mu mutima wanje na Mpwemu Yera biranshingira intahe:


ku bwa benewacu b’Abayuda. Nopfuma mba ikivume ngatandukana na Kristo, nimba ivyo vyotuma abo mu bwoko bwanje bakizwa.


Nari maze kubibabwira kenshi, kandi n’ubu ndongeye ndabibasubiriyemwo n’amarira menshi, ko hari benshi bigenza nk’abansi b’umusaraba wa Kristo.


Nanje nzoha ububasha ivyabona vyanje bibiri, na bo bazomara imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu, bavugishwa bambaye amagunira.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ