Abaroma 9:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Nuko rero, ni Imana ihitamwo uwo igirira imbabazi. Ntidushobora kubihitamwo canke ngo tubikorere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ni co gituma bitava ku kugomba kw’umuntu, canke ku gushimika kwiwe, ariko biva ku Mana igira ikigongwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |