12 Yamubwiye iti: “Bukuru azokorera Butoyi.” Ivyo yabivuze imbere y’uko bavuka;
12 ico gihe yabgiwe, ngo Bukuru azoshumbira Butoyi;
Nta muntu n’umwe yoshobora gushimisha abakoresha babiri: agerageje kunezereza umwe yosanga yababaje uwundi; kandi agerageje kuba umwizigirwa kuri umwe yosanga yahemukiye uwundi. Nta muntu ashobora gukoreshwa n’Imana ngo yongere akoreshwe n’amahera.