Abaroma 8:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ariko mweho, ntimurongorwa na kamere k’icaha, murongorwa na Mpwemu, nimba Mpwemu w’Imana aba muri mwebwe. Kandi umuntu wese adafise Mpwemu wa Kristo, si uwa Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ariko mweho ntimuganzwa n’akameremere k’umubiri, ariko muganzwa n’impwemu, bisanzwe Mpwemu w’Imana aba muri mwebge. Arikw iy’ umuntu adafise Mpwemu wa Kristo ntaba ar’ uwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |