Abaroma 8:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Kurongorwa na kamere k’icaha bijana mu rupfu. Ariko kurongorwa na Mpwemu bishikana ku bugingo n’amahoro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kwitwaririka ivy’ umubiri kuzana urupfu, ariko kwitwaririka ivy’ impwemu kuzana ubugingo n’amahoro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |