Abaroma 8:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Abarongorwa na kamere kabo k’icaha bashira imitima ku vyipfuzo vy’umubiri, ariko abarongorwa na Mpwemu Yera, bashira imitima ku vyo Mpwemu agomba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kukw abaganzwa n’akameremere k’umubiri bitwaririka ivy’ umubiri, kand’ abaganzwa n’impwemu bitwaririka ivy’ impwemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |