Abaroma 8:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Kubera ivyo rero bene Data, ntidutegerezwa gukora ivyo kamere kacu k’icaha kadutegeka gukora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 None rero, bene Data, turi n’umwenda, atar’ uw’ akameremere kacu, ngo twitondere ivyako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |