Abaroma 7:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Kuva ubwo, icaha caciye kironka akaryo ko gukangura muri jewe ivyipfuzo vy’uburyo bwose! Iyo ivyagezwe bitaba biriho, icaha nticari kugira ubushobozi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Arikw icaha kibonye urwitwazo mu vyagezwe, gikorera muri jewe ukwifuza kw’uburyo bgose: kukw icaha kiba gipfuye, ivyagezwe bitariho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |