Abaroma 7:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Igihe twari tukiganjwe na kamere muntu kacu ka kera, ivyipfuzo vy’ivyaha vyishimikiza ivyagezwe bigakorera mu mibiri yacu, kandi ivyo twakora vyose vyadushikana ku rupfu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Tukiganzwa n’akameremere kacu, ukwifuza kw’ivyaha kw’uburyo bginshi kwazanywe n’ivyagezwe kwakorera mu mibiri yacu, kugira ngo twamire urupfu imbuto. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Kubera intege nke za kamere muntu mufise, ndiko nkoresha imvugo isanzwe, kugira ngo mushobore kuvyumva. Kera mwari mwaratanze imibiri yanyu ngo ibe ibikoresho vy’ibiterasoni n’umugararizo, kandi ivyo vyatuma murushiriza kuba abagarariji. None rero nimwitange kugira ngo muhinduke abagurano bo kugororoka, maze mushobore kuba abera.