Abaroma 7:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ni ko biri no kuri mwebwe, bene Data: ku bijanye n’ivyagezwe, namwe mwarapfuye, ntimukiganzwa na vyo, kuko mugize umubiri wa Kristo. Ubu rero muri ab’uwo yazutse mu bapfuye kugira ngo twamire Imana ivyamwa vyiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 None rero namwe, bene Data, gukoranywa n’umubiri wa Kristo kwatumye mucika abapfuye ku vyagezwe, kugira ngo mwābīrwe n’uwundi, ni we yazutse mu bapfuye, twamire Imana imbuto. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |