Abaroma 7:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Bishitse akarongorwa n’uwundi mugabo kandi uwa mbere akiriho, bamwita umusambanyikazi. Ariko iyo umugabo wiwe wa mbere apfuye, amategeko ntaba akimubuza kurongorwa n’uwundi mugabo, kandi iyo abikoze ntaba asambanye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 None rero, umugabo wiwe akiriho, yokwābīrwa n’uwundi mugabo, yokwitwa umusambanyikazi: arik’ umugabo wiwe iy’ apfuye, ntaba akiganzwa n’ivyagezwe, bituma atoba umusambanyikazi, naho yokwābīrwa n’uwundi mugabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |