Abaroma 7:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Kandi ko nkora ivyo ntashaka, vyerekana ko atari jewe ndabikora, ariko ko ari icaha kiba muri jewe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 None rero si jewe nkibikora, ariko n’icaha kimbamwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |