Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 7:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 None rero iyo nkoze ivyo ntashaka gukora, mba nemeje ko ivyagezwe ari vyiza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Ariko ko nkora ico ntagomba, mba nemeye ivyagezwe kw ari vyiza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 7:16
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko naho biri uko, ivyagezwe biratunganye, kandi n’amabwirizwa yavyo aratunganye, aragororotse kandi ni meza.


Ivyagezwe ubwavyo ni ivy’impwemu, ariko jewe ndi umuntu w’umunyantege nke ajakariye icaha.


Ndakunda ivyagezwe vy’Imana n’umutima wanje wose.


Turazi ko ivyagezwe ari vyiza iyo umuntu abikoresheje neza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ