Abaroma 7:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Icaha rero gica kironka akaryo ko kunsuka gihawe n’iryo bwirizwa, kandi gikoresheje iryo bwirizwa nyene gica kiranyica. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Kukw icaha campendahenze, kibonye urwitwazo mu cagezwe, kandi kigitera kunyica. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |