Abaroma 7:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Maze nsanga ibwirizwa ryo mu vyagezwe, ryonshikanye ku bugingo rinzaniye urupfu rwo mu buryo bw’impwemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 kand’ ico cagezwe co kuzana ubugingo nakibona kinzanira urupfu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Igihe ivyagezwe vyandikwa ku bisate vy’amabuye indome ku yindi, ubwiza bw’Imana bwaciye bukayangana. Mu maso ha Mose harakayanganye gushika aho Abisirayeli batashobora kumuraba mu maso, ariko ukwo gukayangana kwari ukw’akanya gato. Nimba rero ivyagezwe bikora igikorwa co kuzanira abantu urupfu vyazananye n’ubwiza bungana gutyo,