Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 7:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Mbega bene Data, ko mwebwe muzi ivy’amategeko, ntimuzi yuko amategeko agenga umuntu akiri muzima?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Canke ga bene Data, ntimuzi yukw ivyagezwe biganza umuntu akiriho? mbgiye abazi ivyagezwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 7:1
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bene Data, nshaka ko mumenya ko nagerageje kenshi kuza kubaramutsa, ariko ko bitarankundira kugeza ubu. Ngomba gukorana namwe kugira ngo ndonke ivyamwa vyo mu buryo bw’impwemu, nk’uko maze kubibona mu bandi Banyamahanga.


Bene Data, ico umutima wanje wipfuza cane kandi nsaba Imana, ni uko Abisirayeli bokizwa.


Mu vy’ukuri Kristo yashikije intumbero ivyagezwe vyari vyarashiriweho. Ni co gituma umuntu wese amwizeye aca yemerwa n’Imana nk’umugororotsi.


Icaha ntikikabaganze kuko ntimukirongorwa n’ivyagezwe, ahubwo muri musi y’ubuntu bw’Imana.


Mbega ntimuzi yuko twebwe ababatirijwe kuba umwe na Kristo Yesu, twafatanijwe na we no mu rupfu rwiwe?


Ubu ivyagezwe ntibikituboshe, kuko twapfuye kuri vyo bikaba bitakituganza. Nuko rero dushobora gukorera Imana, atari muri bwa buryo bwa kera bwo kwumvira ivyagezwe vyanditse, ariko mu buryo bushasha bwo kuba muri Mpwemu.


ku bwa benewacu b’Abayuda. Nopfuma mba ikivume ngatandukana na Kristo, nimba ivyo vyotuma abo mu bwoko bwanje bakizwa.


Mbega ibi ndabibabwiye bivuye mu vyiyumviro vy’abantu? Canke n’ivyagezwe vya Mose birafise ico bibivugako?


Nimumbwire mwebwe mugomba kuganzwa n’ivyagezwe, mbega ntimuzi ico bivuga?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ