8 Nimba rero twarapfanye na Kristo, twizera ko tuzobanaho na we.
8 Ariko bisanzwe twapfanye na Kristo, twizera yuko tuzobanaho na we;
Hasigaye igihe gito isi ntisubire kumbona, ariko mwebwe muzombona, kandi ko ndiho, namwe muzobaho.
Naho yabambwe ari umunyantege nke, ubu abayeho mu bushobozi bw’Imana. Natwe ni nk’uko, turi abanyantegenke nk’uko Kristo yari, ariko ubushobozi bw’Imana buba muri twebwe iyo turiko turabakorera.