Abaroma 6:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Turazi neza ko kamere muntu kacu k’icaha kabambanywe na Kristo ku musaraba, kugira ngo inkomezi z’uwu mubiri w’icaha zihindurwe ubusa, ntituze dusubire kuba abagurano b’icaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kandi tumenye iki, yuk’ umuntu wacu wa kera yabambanywe na we, kugira ng’umubiri w’icaha uhindurwe ubusa, ntitwame tujakariye icaha: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |