Abaroma 6:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Mbega none tuvuge iki? Dushishikare gukora ivyaha kugira ngo ubuntu bw’Imana bwongerekane? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Nuko tuvuge iki? Mbega twame dukora ivyaha kugira ng’ubuntu bg’Imana bugwire? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |