Abaroma 5:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ikindi, ko twemewe n’Imana nk’abagororotsi kubera amaraso ya Kristo, nta nkeka ko n’uburake bw’Imana na bwo azobudukiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Nuko none tumaze gutsindanishirizwa n’amaraso yiwe, tuzorushiriza guheshwa na we gukizwa uburake bg’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |