Abaroma 5:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Kandi, ivyo vyizigiro ntibitetereza, kuko Imana yasutse urukundo rwayo mu mitima yacu ibicishije muri Mpwemu Yera yaduhaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 ukwo kwizigira ntigutētereza, kuk’ urukundo rw’Imana rwasutswe hose mu mitima yacu na Mpwemu Yera twāhawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |