Abaroma 5:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ukwihangana na kwo gutuma tugumana ubwizigirwa no mu bihe bigoye; ivyo na vyo bikadutera kugumana ivyizigiro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 kand’ ukwihangana kugatera kudatsindwa no kugeragezwa; kudatsindwa no kugeragezwa kugatera kwizigira ibitaraba; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |