Abaroma 5:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Tumaze kumwizera; Kristo yadushikanye muri ubu buntu turimwo, kandi dufise umunezero no kwizigira ko tuzosangira na we ubwiza bw’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 yadushikanishije ukwizera mur’ ubu buntu duhagazemwo, kandi tunezerezwa no kwizigira kuzobona ubgiza bg’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |