Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 5:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Ibiva mu ngabire y’ubuntu bw’Imana biratandukanye cane n’ivyavuye mu caha c’umuntu umwe kuko inyuma y’icaha ca Adamu hakurikiye gutsindwa n’urubanza, ariko ingabire y’ubuntu bw’Imana yatumye twemerwa na yo naho dufise ivyaha vyinshi bitwagira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Kand’ iyo ngabire ntiyaje nk’icazanywe n’igicumuro c’umuntu umwe: kuko gucirwa urubanza kwavuye ku muntu umwe, kugatera gutsindwa, ariko ya ngabire yavuye mu bicumuro vyinshi, izana gutsindanishirizwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 5:16
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko nimwaharira abantu ibibi babakoreye, na So wo mw’ijuru azobaharira namwe.


Ubu rero, abari muri Kristo Yesu nta rubanza rukibatsinda.


Ariko Umwami aduciriye urubanza, aba adutoje indero kugira ngo ntituzociribwe urubanza hamwe n’iyi si.


Ariko abizeye ko bazokizwa n’ivyagezwe bari musi y’umuvumo, kuko handitswe ngo: “Aravumwe umuntu adakurikiza ivyanditswe vyose mu gitabu c’ivyagezwe.”


Kuko uwitondera ivyagezwe vyose ariko agatsitara kuri kimwe acirirwa urubanza nk’uwabicumuyeko vyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ