Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 5:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Mu vy’ukuri, n’imbere y’uko Imana iha Mose Ivyagezwe, icaha cari mw’isi. Ariko Imana ntiyabibagiriza kuko ata vyagezwe vyari bwatangwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 ivyagezwe bitarabaho, icaha cari mw isi, arikw abantu ntibāharūrwakw icaha, ivyagezwe bitariho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 5:13
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ivyagezwe bizana uburake bw’Imana ku wubirengako wese, kandi iyo bitahari ntihaba kubirengako.


Kuko icaha ni uruboyi rw’urupfu, kandi ububasha bw’icaha buri mu vyagezwe.


Umuntu wese acumura aba arenze icagezwe n’Imana; kuko gukora icaha ni ukugarariza icagezwe n’Imana.


Icerekana ko twavuye mu rupfu tukaja mu bugingo, ni uko dukunda bene Data. Umuntu wese adakundana aracari mu rupfu.


Ni co gituma ata muntu n’umwe azokwemerwa n’Imana nk’umugororotsi, abihawe no kwubahiriza ivyagezwe. Igikorwa c’ivyagezwe ni ukutwerekana ko turi abanyavyaha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ