Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 4:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 “Harahiriwe abantu Imana yababariye ibikorwa vyabo bibi; ivyaha vyabo bigaharirwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 ati Hahirwa abāhariwe ibigabitanyo vyabo, Kand’ ivyaha vyabo bigatwikīrwa,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 4:7
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko haza abantu bamuzaniye umuntu akongataye ku nderuzo. Yesu abonye ukwizera kwabo, abwira ico kimuga ati: “Humura, mwana wanje, ivyaha vyawe urabihariwe.”


Ivyo ni vyo Dawidi yavuga yerekana amahirwe y’umuntu yemewe n’Imana nk’umugororotsi, itaravye ibikorwa yakoze:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ