Abaroma 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ivyo ni vyo Dawidi yavuga yerekana amahirwe y’umuntu yemewe n’Imana nk’umugororotsi, itaravye ibikorwa yakoze: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 nk’uko Dawidi na we yavuze ubuhīrwe bg’umuntu uwo Imana iharūra nk’ūgororotse, atari kubg’ ibikorwa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Yakebwe mu nyuma, kandi ukwo gukebwa kwiwe cari ikimenyetso cerekana ko kubera ukwizera kwiwe, Imana yari yaramaze kumwemera nk’uwugororotse imbere yuko akebwa. Gutyo, mu buryo bw’impwemu Aburahamu ni we sekuruza w’abizera bose naho boba batakebwe, kandi Imana irabemera ko bagororotse, kubera ukwizera kwabo.