Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaroma 4:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Aya majambo avuga ngo: “Imana imwemera nk’umugororotsi,” ntiyanditswe ku bwiwe wenyene,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Ariko ntivyandikiwe we wenyene yuko vyamuharūweko nk’ukugororoka,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaroma 4:23
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe kugira ngo bitwigishe. Bidushoboza kwihangana, bikadutera n’intege kugira ngo dushobore kwizigira ko Imana izoshitsa ivyo yasezeranye.


Ivyo vyashitse kugira ngo bitubere akarorero ko kutuburira, twebwe abo mu gihe ca nyuma.


Ivyo vyose vyabaye ngo bitubere akarorero kugira ngo imitima yacu ntiyipfuze gukora ivyaha nk’uko babigize.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ