22 Ukwo kwizera kwiwe kwatumye Imana imwemera nk’umugororotsi.
22 Ni co catumye bimuharūrwako nk’ukugororoka.
Ivyanditswe Vyera bivuga iki? Bivuga ko, “Aburahamu yizeye Imana, hanyuma ukwo kwizera kwiwe gutuma Imana imwemera nk’umugororotsi.”
Ivyo ni vyo Dawidi yavuga yerekana amahirwe y’umuntu yemewe n’Imana nk’umugororotsi, itaravye ibikorwa yakoze: