Abaroma 3:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Vyoshoboka ko hari abaciyumvira bati: “None nimba ububi bwanje burushiriza kwerekana ko Imana ari inyakuri kandi bikayihesha icubahiro, ni kuki yoncira urubanza nk’umunyavyaha?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Ariko namb’ ibinyoma vyanje vyatumye ukuri kw’Imana kurushiriza kwerekanwa, bikayitera icubahiro, n’iki gituma nanje ncirwa urubanza nk’umunyavyaha? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |