Abaroma 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Haba na mba! Naho abantu bose boba ababeshi, Imana yo iguma ari inyakuri. Ni co gituma Ivyanditswe Vyera bivuga ngo: “Mu vyo uvuga vyose uzokwama uboneka uri umugororotsi, kandi n’imbere y’ubucamanza uzokwama utsinda.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Biragahera: arikw Imana iboneke kw ar’ inyakuri, n’iy’umuntu wese yoba ar’ umubeshi: nk’uko handitswe, ngo Kugira ngo mu majambo yawe uboneke k’ugororotse, Kand’ utsinde ni washika mu rukinja. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |